Siyansi na Bibiliya
Siyansi na Bibiliya vyoba bihuza? Igihe Bibiliya ivuga ibijanye na siyansi, yoba ivuga ukuri? Raba ico ivyaremwe bihishura n’ico abahinga babigizeko ubushakashatsi babivugako.
BE MASO!
Umuhinga mu vy’ibinyabuzima asigura icatumye yemera Imana
Ivyo Dogoteri Hans Kristian Kotlar yabonye mu gutohoza ivyerekeye ubushobozi umubiri ufise bwo kwirwanira vyatumye yibaza ibijanye n’inkomoko y’ubuzima. Kwiga Bibiliya vyamufashije gute kuronka inyishu z’ivyo bibazo?

Ico bavuga ku nkomoko y’ubuzima
Vyoba vyariyadukije?
Ihindagurika n’irema
Bibiliya irahuza na siyansi
Ivyasohowe
Vyoba vyararemwe?
Ivyo wemera ku bijanye n’ukuntu ubuzima bwatanguye kubaho biri n’ico bivuze koko.